Ntazina twamuhaye kubera umutekano wiwe, aba mw’ikambi ya Nduta muri Tanzania n’umwana wiwe, yahungutse ku gushaka kwiwe mu kwezi kwa gatanu uno...